Burundi




Kirundi

 


Bavukabihugu bo kw'isi yose !

Ku bakuru b'ibihugu n'amareta mw'isi yose ! - Ku bakuru b'intwaramiheto, abasirikare, abaporisi, amashirahamwe n'iyindi mirwi hamwe n'abandi basanzwe kw'isi yose !

SHIRA IBIRWANISHO HASI ! - SHIRA IBIRWANISHO HASI ! - SHIRA IBIRWANISHO HASI !

Hindure ivyo birwanisho bibe ibikoresho vy' AMAHORO kugira ngo abana bo kwisi yose bagire UMWIDEGEMVYO wo gukura ata kwigera bicura intambara canke ugukubagurwa !

NI MUSUBIZE INKOTA MU RWUBATI ! - NI MUKUNDANE ! - NI MWUNGE UBUMWE !


 





French



Citoyens du Monde !

À tous les chefs d'État et de gouvernement dans le monde ! - À tous les chefs militaires, aux soldats, aux forces de police, aux organisations et autres groupes, et aux simples particuliers à travers le monde !

DÉPOSEZ LES ARMES ! - DÉPOSEZ LES ARMES ! - DÉPOSEZ LES ARMES !

Convertissez ces armes en instruments pour la PAIX afin que tous les enfants du monde jouissent de la LIBERTÉ de grandir sans plus jamais avoir à redouter la guerre ni la violence !

DÉSARMEZ ! - AIMEZ-VOUS ! - UNISSEZ-VOUS !

 




Swahili

 


Wanainchi wa ulimwenguni wote !

Kwa ma Raïs na ma waziri wa kwanza wa ulimwengu wote ! - Kwa wakubwa wa majeshi wote, kwa ma askari, kwa ma askari polisi, mashirika na vingini vikundi, na wenginewo ulimwenguni kwote !

TIYENI SILAHA CHINI ! - TIYENI SILAHA CHINI ! - TIYENI SILAHA CHINI !

Geuzeni silaha hizo kuwa vifaa vya utafiti wa AMANI ili watoto wote wa ulimwenguni wawe na UHURU wa ku komaa bila kuwa tena na woga wa vita wala ujambazi !

ONDOSHENI SILAHA ! - MUPENDANE NYINYI KWA NYINYI ! - MUWE UMOJA !

 

 


 

 




PUT YOUR VOICE TO THE CALL






 


ARE YOU IN ?





www.worldpeace.no